Umwidegemvyo ku mbohe (Liberty to the Captives) itanga uburyo bwumwihariko bushikana ku gukira n'umwidegemvyo. Itanga infunguruzo kugira abantu bakoreshe ubushobozi bw'umusaraba babe mu mwidegemvyo w'ubwiza bw'abana b'Imana (Abaroma 8:21). Amasengesho ndetse n'ibivugwa muri izi mpapuro vyarageragerejwe ku migabane itandatu y'isi. Basanze bishoboye kandi bi¿se ububasha bwo gufasha abantu kubohoka, gucagagura imizi ya karande y'ibisokuruza ndetse bishobora gufasha abantu cane gushingira intahe vy'ukuri kandi bashize amanga ubushobozi bukiza bwa Yesu Kristo.
Bitte wählen Sie Ihr Anliegen aus.
Rechnungen
Retourenschein anfordern
Bestellstatus
Storno







